#Burundi Mu gusozera ibikorwa vy'umwaka w'ishure 2020-2021, abanyeshure bahurikiye mu murwi w'abagenzi b'amakori n'amatagisi "club amis du Fisc" bo kw'ishure ryitiriwe Mutima Mweranda-"Lycée du Saint Esprit" bamenyesheje ko bungutse vyinshi muri Club barimwo. Biyemeje kuja kuvyigisha abandi mu buruhuko kugira bafashe abantu benshi kumenya akamaro ko kuriha amakori n'amatagisi.
Category
Show more
Comments - 0
Related videos for Club ami du Fisc ya Lycée du St Esprit Biyemeje kuja kwigisha abandi akamaro k'amakori n'amatagisi: